#311
Igihe turimwo
Umuco
Couplet 1
Igihe turimwo, igihe tugezemwo n’igihe co gushits’ Ijambo ryose.
Refrain
Uku ni k’Uhorah’ Agize, ngw’ abantu banje barangunze; yamar’ abantu barabaza bati: “Mbega Mwami twakugunz’iki”? Uu…uu…uu… uu…uu..uu…uu… ./.Mwarangunze icacumi, n’amashikanwa mwishirira mu mifuko; wa muvumo namwe murawuvumwe, Muzosoromera mu mifuk’ itobotse./.
Couplet 2
Twarabatijwe mw’Izina rya Yesu, bikwiye ko dushits’ ibindi vyose.
Refrain
Uku ni k’Uhorah’ Agize, ngw’ abantu banje barangunze; yamar’ abantu barabaza bati: “Mbega Mwami twakugunz’iki”? Uu…uu…uu… uu…uu..uu…uu… ./.Mwarangunze icacumi, n’amashikanwa mwishirira mu mifuko; wa muvumo namwe murawuvumwe, Muzosoromera mu mifuk’ itobotse./.
Couplet 3
Bizobabaza ku musi w’imperuka, ni wagirizwa ko wahora wiba.