#222
Ndaririmb’intsinzi
Umuco 1
Couplet 1
Ndaririmb’intsinzi, Intsinzi y’Uhoraho, Intsinzi ndirimba, Siyo nabwiwe n’abantu, N’iyo... n’iyo niboneneye.
Refrain
Nari narumvishije, Ivyaw’ugutwi, Ariko noneh’ijisho ryanje... (ryanje) rirakwiboneye, {(N’iyo...) n’iyo niboneye.} x2
Couplet 2
Ndaririmb’intsinzi, Intsinzi y’Umwami, Yabonekey’i Gologota, Umwam’ati: “Vyose birarangiye, N’iyo... n’iyo niboneye.
Refrain
Nari narumvishije, Ivyaw’ugutwi, Ariko noneh’ijisho ryanje... (ryanje) rirakwiboneye, {(N’iyo...) n’iyo niboneye.} x2
Couplet 3
Ndaririmb’intsinzi, Intsinzi y’Imana, N’intsinzi y’ukuri, Satani yaratsinzwe n’Ijambo, N’iyo...n’iyo niboneye.
Refrain
Nari narumvishije, Ivyaw’ugutwi, Ariko noneh’ijisho ryanje... (ryanje) rirakwiboneye, {(N’iyo...) n’iyo niboneye.} x2
Couplet 4
Ndaririmb’intsinzi, Intsinzi y’Ijambo, Abera baranesheje, N’intsinzi ikomeye, N’iyo... n’iyo niboneye.
Refrain
Nari narumvishije, Ivyaw’ugutwi, Ariko noneh’ijisho ryanje... (ryanje) rirakwiboneye, {(N’iyo...) n’iyo niboneye.} x2
Couplet 5
Ndaririmb’intsinzi, Intsinzi y’Abera, Baneshej’ibinyoma, N’intsinz’itazoshira, N’iyo...n’iyo niboneye.