#95
Yesu akorera mw’ishengero ryiwe
Umuco 1
Couplet 1
Yes’akorera mw’Ishengero ryiwe, Uwumushaka amubonera muri ryo, N’Ishengero ryuzuy’Ijambo rizima, Kand’Umwami ari mw’Ijambo ryiwe.
Refrain
Yaje hano kw’isi nk’Umuhanuzi, Yaje hano kw’isi nk’Intumwa, Yaje hano kw’isi nk’Umwigisha... nk’Umwungere, Kand’ar’Umuvugabutumwa bwiza, Haleluya, Haleluya!
Couplet 2
Yaje nk’intumwa adushikiriz’Ijambo, Nk’umuhanuzi arahanura, Yaje nk’Umwungere n’Umwungere, Mwiza, Nk’Umwigisha yashikij’ivyanditswe.
Refrain
Yaje hano kw’isi nk’Umuhanuzi, Yaje hano kw’isi nk’Intumwa, Yaje hano kw’isi nk’Umwigisha... nk’Umwungere, Kand’ar’Umuvugabutumwa bwiza, Haleluya, Haleluya!
Couplet 3
Yaje nk’Umuvugabutumwa bwiza, Atuzanir’ubutumwa bw’ubwami, Akorera muri vyos’uko biri, N’ubuntu butangaje, Haleluya!
Refrain
Yaje hano kw’isi nk’Umuhanuzi, Yaje hano kw’isi nk’Intumwa, Yaje hano kw’isi nk’Umwigisha... nk’Umwungere, Kand’ar’Umuvugabutumwa bwiza, Haleluya, Haleluya!
Couplet 4
Igiti c’Umugeni carashubijwe, Gifis’igitutu c’amahoro, Iruhande yaco har’uruzi rw’ubugingo, Nico buruhukiro, Haleluya!
Refrain
Yaje hano kw’isi nk’Umuhanuzi, Yaje hano kw’isi nk’Intumwa, Yaje hano kw’isi nk’Umwigisha... nk’Umwungere, Kand’ar’Umuvugabutumwa bwiza, Haleluya, Haleluya!
Couplet 5
Es’ukuntu gisharije cane, Ivyamwa vyaco bihaz’abashonje, Nta wutokwipfuza kukiryako, Nico buruhukiro, Haleluya!