Indirimbo Zikundwa Open in the app

#94

Es’ukuntu ari vyiza

Umuco 1

Couplet 1

Es’ukunt’ari vyiza kand’ari vyiza, Kubon’Inkingi y’Umuriro muri twe.

Refrain

Bisa nk’umwunger’ aturuts’intama, Azishora ku mazi meza, No ku vyatsi vyiza cane, Nik’Umwami Atugirira.

Couplet 2

Es’ukunt’ari vyiza kubon’Umwami, Ari W’Agabura hagati y’Ishengero ryiwe.

Refrain

Bisa nk’umwunger’ aturuts’intama, Azishora ku mazi meza, No ku vyatsi vyiza cane, Nik’Umwami Atugirira.

Couplet 3

Es’ukunt’ari vyiza kubon’Umwami, Agendagenda hagati y’Ishengero ryiwe.

Refrain

Bisa nk’umwunger’ aturuts’intama, Azishora ku mazi meza, No ku vyatsi vyiza cane, Nik’Umwami Atugirira.

Couplet 4

Inzu yubakwa n’amabuye ariko, Iy’idafise inkingi vyose bib’ar’ubusa.

Refrain

Bisa nk’umwunger’ aturuts’intama, Azishora ku mazi meza, No ku vyatsi vyiza cane, Nik’Umwami Atugirira.

Couplet 5

Yesu n’inkingi y’Ishengero ryiwe, Urufatiron’ Intumwa n’Abavugishwa.