#93
Iyo nibajije ku vy’ubwiza
Umuco 1
Couplet 1
Iyo nibajije kuvy’ubwiza, Tuzohishurirwa, Nkibaza ku uyiza tuzobona, Binter’umunezero.
Refrain
Bintera kwank’iyi si, No kutifatanya nayo, Bintera kwanka abakunzi b’isi, Ba nyakurisha urupfu, Bintera kwnnka vyose, {Kubw’ivyiza mbona vyose.} x2
Couplet 2
Iyo nibajije kuvy’ubukwe, Bw’Umwami wanje Yesu, Nkibaza n’ingene tuzobana, Bintera kugir’ishaka.
Refrain
Bintera kwank’iyi si, No kutifatanya nayo, Bintera kwanka abakunzi b’isi, Ba nyakurisha urupfu, Bintera kwnnka vyose, {Kubw’ivyiza mbona vyose.} x2
Couplet 3
Iyo nibajije ku vy’Isabato, Irimw’imyaka igihumbi, N’ingene tuzoganza hamwe n’Umwami, Bintera kuyihahamira.
Refrain
Bintera kwank’iyi si, No kutifatanya nayo, Bintera kwanka abakunzi b’isi, Ba nyakurisha urupfu, Bintera kwnnka vyose, {Kubw’ivyiza mbona vyose.} x2
Couplet 4
Iyo nibajije ku vyerekeye, Yerusalemu nsha, N’ibirimba biri muri yo vyose, Bintera kuba maso.
Refrain
Bintera kwank’iyi si, No kutifatanya nayo, Bintera kwanka abakunzi b’isi, Ba nyakurisha urupfu, Bintera kwnnka vyose, {Kubw’ivyiza mbona vyose.} x2
Couplet 5
Kuba muri Mpwemu kuzana vyinshi, Vy’ubwami bw’Imana, Kandi abarongorwa na Mpwemu wayo, Nibo bana b’Ubwami.