Indirimbo Zikundwa Open in the app

#60

Nzokwama ndirimbira

Iz'i Gisenyi

Refrain

Nzokwama ndirimbira Umwami nzokwama nshimira Umwami nzokwama nshima nshimara Umwami (Alelluyax4)

Couplet 1

Yankuye habi kwa Satani anzana mu ruhongore rw’iwe angaburira Ijambo ry’iwe ry’ubuzima rimurikira.

Refrain

Nzokwama ndirimbira Umwami nzokwama nshimira Umwami nzokwama nshima nshimara Umwami (Alelluyax4)

Couplet 2

Ijambo ry’iwe rifite inkomezi rihindura umugarariji rikamugira umwana w’Imwana akaririmba agagurikira Yesu.

Refrain

Nzokwama ndirimbira Umwami nzokwama nshimira Umwami nzokwama nshima nshimara Umwami (Alelluyax4)

Couplet 3

Aranyagira mur’iryo Jambo Arinyoboza Anyengenga Amurikira mur’uwo mwiza eka sinkijuragurika.

Refrain

Nzokwama ndirimbira Umwami nzokwama nshimira Umwami nzokwama nshima nshimara Umwami (Alelluyax4)

Couplet 4

Ubu sintinya eka singanya kuko ndi kumwe nu Mwami Yesu nzokwama mu ruhongore rw’intama nzokwama numvira uwo Mwungeri.

Refrain

Nzokwama ndirimbira Umwami nzokwama nshimira Umwami nzokwama nshima nshimara Umwami (Alelluyax4)

Couplet 5

Shimwa Mwami, Shimwa Mwami eka mushime Shimwa Mwami himbazwa Mwami himbazwa Yesu eka himbazwa Alelluya.