Indirimbo Zikundwa Open in the app

#316

Mana Nyen’ ivyimburwa

Ikirundi

Couplet 1

Mana Nyen’ ivyimburwa, Twese tuguhimbaze,

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 2

Tugushimiy’ izuba Waturemeye Mana:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 3

Waduhaye n’ukwezi Kutwakira mw ijoro:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 4

Tugushimiy’ imvura Imez’ivyo dutera:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 5

Kand’ imirima yacu Wayihay’ umugisha:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 6

Mukiza, waduhaye Ibigega vyuzuye:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 7

No mu mitima yacu Wez’ imbuto wateye:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.

Couplet 8

Tugukuriy’ ubgatsi K’uduhaye kwimbura:

Refrain

Kukw imbabazi zawe Zamah’ ibihe vyose.