#302
Reka twambambir’ Imana
Umuco
Couplet 1
Reka twambambir’ Imana, ni yo nyen’ Isezerano, ishuz’ Umuragi waweee. Ni wewe mfura mu bana.
Refrain
Niyo Yasezeraniye, Aburahamu Kanani: Ni nayo Yasezeraniye, Abera Mpwemu Yera, none, ishuz’ Umuragi waweee, Ni wewe mfura mu bana.
Couplet 2
Reka kwangaz’ umutimaaa, Nka wa mwana w’icangazi. Imana vyarayihimbayeyeee, Ikugir’ itunga ryayo.
Refrain
Niyo Yasezeraniye, Aburahamu Kanani: Ni nayo Yasezeraniye, Abera Mpwemu Yera, none, ishuz’ Umuragi waweee, Ni wewe mfura mu bana.
Couplet 3
Waremeye kurya manuuu, emera n’imboga zirura. Abera ni bo batoranaaa, emera wezwe mwene Data.