Indirimbo Zikundwa Open in the app

#300

Ba hafi yanje Mwami

Umuco

Couplet 1

Ba hafi yanje Mwami, kuko ndi mu mwiza mwinshi, ndazi k’Uzompa gutsinda, ni nabana nawe!

Refrain

Mbe nka Dawidi Mwami, name ndikumwe nawe, ibihe bidashira, nkwamir’ imbut’ iteka.

Couplet 2

Ba hafi yanje Mwami, ntaco nokwishoboza, nsugerejwe na Satani, n’Uze Untabare.

Refrain

Mbe nka Dawidi Mwami, name ndikumwe nawe, ibihe bidashira, nkwamir’ imbut’ iteka.

Couplet 3

Ba hafi yanje Mwami, nkuko wamy’ Ubigira, wasengeye Petero, nanje ndagusavye!

Refrain

Mbe nka Dawidi Mwami, name ndikumwe nawe, ibihe bidashira, nkwamir’ imbut’ iteka.

Couplet 4

Ba hafi yanje Mwami, name ndi Muzima, ijwi ry’Ijambo ryawe, name ndyumv’ iteka!

Refrain

Mbe nka Dawidi Mwami, name ndikumwe nawe, ibihe bidashira, nkwamir’ imbut’ iteka.

Couplet 5

Ba hafi yanje Mwami, ndakunyotewe cane, name muri Mpwemu, ngendane naw’ iteka.