Indirimbo Zikundwa Open in the app

#570

Mwami Yesu kandi Mana yanje

Umuco 2

Refrain

(revisé)

Couplet 1

Mwami Yesu kandi Mana yanje, Ndabon’ unyitwararitse cane; {Eh’Urokoye... Ubugingo bwanje, Mbeg’Ubuntu... Mbeg’Urukundo!} x2

Refrain

{Ngume ku mavi, ngana mw’Ijuru. Biraryoshe... kuba mu Rugendo.. Ur’Umukristo... W’umwizigirwa wa Yesu.} x2

Couplet 2

Ku Rugamba Ur’Umugabisha, Wam’uneshereza Ihanga ryawe; {Ni Wewe Mana... Yo gusengwa, Haleluya... Haleluya.} x2

Refrain

{Ngume ku mavi, ngana mw’Ijuru. Biraryoshe... kuba mu Rugendo.. Ur’Umukristo... W’umwizigirwa wa Yesu.} x2

Couplet 3

Mwami Yesu kandi Mana yanje, Ndagusenga kuko ndagukunda; {Nzogushimira... Ibihe vyose, Nzoririmba... Urukundo rwawe.} x2

Refrain

{Ngume ku mavi, ngana mw’Ijuru. Biraryoshe... kuba mu Rugendo.. Ur’Umukristo... W’umwizigirwa wa Yesu.} x2

Couplet 4

Nakubonye mw’Ihanga ryawe, Ndagusanga no mw’Ijambo ryawe, {Ni ho honyene... Ubonekera, Ur’inyishu... Itomoye.} x2

Refrain

{Ngume ku mavi, ngana mw’Ijuru. Biraryoshe... kuba mu Rugendo.. Ur’Umukristo... W’umwizigirwa wa Yesu.} x2

Couplet 5

Mwami Yesu ko nakwiboneye, Nzogukurikira nzogukorera, {Kuk’uri Mwiza... Ur’Ubuzima, Mu kubaho... Kwanje kwose.} x2