#74
Ndagomba gusa nawe
Umuco 1
Couplet 1
Ndagomba gusa nawe, Nse nawe mu mutima, Ndagomba gusa nawe, We wakunda gusenga, Kenshi wiherereye, Mwami, mpa gusa nawe.
Refrain
Nta jambo ribi Mwami, Bumvis’uvuga, Ntiwigez’utongana, Wavuga neza, Ndagomba gusa nawe, Wew’ugororotse, Mwami mpa gusa nawe.
Couplet 2
Ndagomba gusa nawe, Wew’ugororotse, Wihanganiy’ababi, Nyigiza hafi yawe, Mwami, mpa wa mutima, Ngo nse nawe vy’ukuri.
Refrain
Nta jambo ribi Mwami, Bumvis’uvuga, Ntiwigez’utongana, Wavuga neza, Ndagomba gusa nawe, Wew’ugororotse, Mwami mpa gusa nawe.
Couplet 3
Ndagomba gusa nawe, Nah’abantu bakwanka, Bakugirira nabi, Wewe ntiwabihoye, Mbere warabakunda, Wabagirira neza.