Indirimbo Zikundwa Open in the app

#72

Iman’itang’isezerano

Umuco 1

Couplet 1

Iman’itang’isezerano, Ibihe vyose, Arikw’abarishikira, Bam’ari bake.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.

Couplet 2

Imana yasezeraniye, Abisirayeli, Igihugu c’i Kanani, Hashitseyo babiri.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.

Couplet 3

Umwami yasezeraniye, Intumwa ziwe, Yukw’azogaruka muri bo, Vyabonywe n’abizeye.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.

Couplet 4

Natwe dufis’isezerano, Ry’Umwami Yesu, Yukw’azogaruka gutwara, Abiteguye.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.

Couplet 5

Iryo sezerano benshi, Bararyiteze, Ariko benshi siko ba-, zoryinjiramwo.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.

Couplet 6

Ntitumere nk’abiteze, Ico batazi, Ntituze tumaramare, Kur’uwo musi.

Refrain

I...rase... ze...rana, A...riko ni bake barishikira.