Indirimbo Zikundwa Open in the app

#60

N’igitangaza n’igitangaza

Umuco 1

Couplet 1

{N’igitangaza,} x3 (kubon’Umwami), Kubon’Umwami Yesu.

Refrain

“Haleluya” naramwiboneye,} x3 (Umukiza wanje) Yesu, Umukiza wanje Yesu.

Couplet 2

{Nca ndamumenya,} x3 (Umwami Yesu), Naramwiboneye ubwanje.

Refrain

“Haleluya” naramwiboneye,} x3 (Umukiza wanje) Yesu, Umukiza wanje Yesu.

Couplet 3

{Yampay’Ubugingo,} x3 (Umwami wanje), Naramwiboneye ubwanje.

Refrain

“Haleluya” naramwiboneye,} x3 (Umukiza wanje) Yesu, Umukiza wanje Yesu.

Couplet 4

{Nabonye umuco,} x3 (Umwami Yesu), Naramwiboneye ubwanje.

Refrain

“Haleluya” naramwiboneye,} x3 (Umukiza wanje) Yesu, Umukiza wanje Yesu.

Couplet 5

{Ndamuririmba,} x3 (Umwami wanje), Umukiza wanje Yesu.