#48
Umwami wacu Yesu
Umuco 1
Couplet 1
Umwami wacu Yesu agira agaruke, Kujana abamwizeye, Kubw’ibimenyetso vyinshi vyarangiye, Vyerekana aho azozira.
Refrain
Unamurira amaso yawe, Mw’Ijuru, Umwami Yesu, Agira ashike, mbega, Uzob’aynunezero ungana gute, Twiboney’uwo Mukiza?
Couplet 2
Bene Data dufatanije urugendo, Dukovye ntiturambirwe, Twame duhanz’amaso hiyo mw’Ijuru, Turindire Umwami wacu,.
Refrain
Unamurira amaso yawe, Mw’Ijuru, Umwami Yesu, Agira ashike, mbega, Uzob’aynunezero ungana gute, Twiboney’uwo Mukiza?