Indirimbo Zikundwa Open in the app

#30

Bakristo, ve hasi

Umuco 1

Couplet 1

Bakristo, ve hasi yemwe twitegure neza, Abenshi bibaza yuko Yesu atebaganye.

Refrain

Uhorah’Imana yacu, Ntatebej’isezerano, Arikw’agoomba ko bose, Bihan’ivyaha vyabo.

Couplet 2

Abenshi ntibabon’ibimenyetso yavuze, Bibaza yukw ivyo yavuze bitarashika.

Refrain

Uhorah’Imana yacu, Ntatebej’isezerano, Arikw’agoomba ko bose, Bihan’ivyaha vyabo.

Couplet 3

Ibimenyetso yavuze vyarashitse vyose, Niwikangur’uve mw’itiro witegereze.

Refrain

Uhorah’Imana yacu, Ntatebej’isezerano, Arikw’agoomba ko bose, Bihan’ivyaha vyabo.

Couplet 4

Bakristo nimuze yemwe twitegure vuba, Tumere nk’Umugen iyo yiteze Umukwe.

Refrain

Uhorah’Imana yacu, Ntatebej’isezerano, Arikw’agoomba ko bose, Bihan’ivyaha vyabo.

Couplet 5

Hahiriw’abamesur’ imvune zabo neza, Ngo babone kwegera ca giti c’Ubugingo.