#6
Bene data nimwihweze
Umuco 1
Couplet 1
Bene Data nimwihweze, Ukwishushanya kwamyeho, Kuva mbere kugeza na none.
Refrain
{Muririnde bene Data b’ibinyoma, Biyorobeka muri mw’imisi yose.} x2 {Bama bot’imigisha, muhezagirwa, nabo... n’uko.} x2
Couplet 2
Nimwibuke umwe Balamu, Yishushanije ku Abisirayeli, Ngo basambane n’abanya Mowabu.
Refrain
{Muririnde bene Data b’ibinyoma, Biyorobeka muri mw’imisi yose.} x2 {Bama bot’imigisha, muhezagirwa, nabo... n’uko.} x2
Couplet 3
Kandi mwibuke umwe Gahini, Yishushanije kuri Abeli, Kuber’imbuto mbi yari muri we.
Refrain
{Muririnde bene Data b’ibinyoma, Biyorobeka muri mw’imisi yose.} x2 {Bama bot’imigisha, muhezagirwa, nabo... n’uko.} x2
Couplet 4
None twibaze iki gihe cacu, Harih’abitwa bene Data, Biyorobeka muri twe vy’ukuri.
Refrain
{Muririnde bene Data b’ibinyoma, Biyorobeka muri mw’imisi yose.} x2 {Bama bot’imigisha, muhezagirwa, nabo... n’uko.} x2
Couplet 5
Urashobora kuvuga ko, Wasohotse mu madini, Ariko ncuti wumv’ufis’Ijambo?