Indirimbo Zikundwa Open in the app

#94

Es’ukuntu ari vyiza

Umuco

Couplet 1

Es’ukuntu ari vyiza kand’ ari vyiza kubon’ inkigi y’umuriro muri twe.

Refrain

Bisa nk’ukumwungere aturutsa intama azishora ku mazi meza; no ku vyatsi vyiza cane ni k’Umwami Atugirira.

Couplet 2

Es’ukuntu ari vyiza kubon’Umwami ari we agabura hagati y’Ishengero ryiwe.

Refrain

Bisa nk’ukumwungere aturutsa intama azishora ku mazi meza; no ku vyatsi vyiza cane ni k’Umwami Atugirira.

Couplet 3

Es’ukuntu ari vyiza kubon’Umwami agendagenda hagati y’Ishengero ryiwe.

Refrain

Bisa nk’ukumwungere aturutsa intama azishora ku mazi meza; no ku vyatsi vyiza cane ni k’Umwami Atugirira.

Couplet 4

Inzu yubakwa n’amabuye ariko iy’idafise inkingi vyose biba ar’ubusa.

Refrain

Bisa nk’ukumwungere aturutsa intama azishora ku mazi meza; no ku vyatsi vyiza cane ni k’Umwami Atugirira.

Couplet 5

Yesu n’inkigi y’ishengero ryiwe urufatiro n’intumwa n’abavugihwa.