Indirimbo Zikundwa Open in the app

#60

N’igitangaza

Umuco

Couplet 1

N’igitangaza (x3) (kubon’Umwami) kubon’Umwami Yesu.

Couplet 2

“Haleluya” Naramwiboneye(x3). (Umukiza wanje) Umukiza wanje Yesu.

Couplet 3

Nca ndamumenya (x3) (Umwami Yesu) naramwiboneye ubwanje.

Couplet 4

Yampay’ubugingo(x3) (Umwami wanje) naramwiboneye ubwanje.

Couplet 5

Nabonye umuco (x3) (Umwami Yesu) naramwiboneye ubwanje.

Couplet 6

Ndamuririmba (x3) (Umwami wanje), Umukiza wanje Yesu.