#148
Ukuza kw’umwami kuregereje
Izindi
Couplet 1
Ukuza kw’Umwami kuregereje, Abera twese tugiye gutaha. {Abamwiteguriye bazomubona.} x2
Refrain
S: None, TS: Mwami ndahisemwo Inzira yawe. S: Kandi, TS: Ehe ndapfukamye imbere yawe. S: Numvise, TS: Ijwi ry’Umuhamagaro wanyuma. {Ndaje ngo nihitiremw’ Ubugingo.} x2
Couplet 2
Ibimenyetso vyari vyahanuwe, birushiriza gushika mw’ikigihe. {Nivyerekana yuko tugiye gutaha.} x2
Refrain
S: None, TS: Mwami ndahisemwo Inzira yawe. S: Kandi, TS: Ehe ndapfukamye imbere yawe. S: Numvise, TS: Ijwi ry’Umuhamagaro wanyuma. {Ndaje ngo nihitiremw’ Ubugingo.} x2
Couplet 3
Raba none kw’itara ryawe ryaka ntirize rizime mu gihe kibi. {Urondere amavuta bigishoboka.} x2
Refrain
S: None, TS: Mwami ndahisemwo Inzira yawe. S: Kandi, TS: Ehe ndapfukamye imbere yawe. S: Numvise, TS: Ijwi ry’Umuhamagaro wanyuma. {Ndaje ngo nihitiremw’ Ubugingo.} x2
Couplet 4
Aya n’Amajambo y’imburi yanyuma, uwufis’ amatwi yumv’ ico Mpwemu avuga. {Ehe rirarenze riracokeye, Umuco usubiye iyo wazananye.} x2