#104
Iki gihe turimwo
Izindi
Couplet 1
Iki gihe turimwo kigenda kitwereka ivyabaye kubisirayeli. Imbere n’ikiyaga inyuma naho n’abansi hasigay’ igikorwa.
Refrain
Tugomba guterurwa tukambukanwa hakurya, amaganya y’iy’isi azobamaze gutsindwa, arik’ Umunezero uzob’utwikiriye hejuru yabo Bana b’Imana.
Couplet 2
None dukwiyekwama imbuto nziza cane, kuko turi hafi yokwimburwa. Icamwa ciza cane Umwami nic’Ashaka, ntashak’ ivyamwa birumbiranye.
Refrain
Tugomba guterurwa tukambukanwa hakurya, amaganya y’iy’isi azobamaze gutsindwa, arik’ Umunezero uzobutwikiriye hejuru yabo Bana b’Imana.
Couplet 3
Umwami wacu Yesu Agira Agaruke, Inzamb’ iri hafi yo kuvuga namba tumaze kwera, turimw’ Imbuto nziza, twitege turi hafi kwimburwa.
Refrain
Tugomba guterurwa tukambukanwa hakurya, amaganya y’iy’isi azobamaze gutsindwa, arik’ Umunezero uzobutwikiriye hejuru yabo Bana b’Imana.