Indirimbo Zikundwa Open in the app

#320

Urakund’utwana twose

Ikirundi

Couplet 1

Urakund’utwana twose, n’aka kan’ Uragakunda: Ukakire kubga Krisito, na ko Yagapfiriye.

Couplet 2

Abavyeyi bako na bo Ubah’ umugisha wawe Ubafashe kukazigama, Ubarinde bose Mana.