#299
Amaboko yawe yagira neza
Ikirundi
Couplet 1
Amaboko yawe yagira neza, Yakiz’ abarwaye, MukizaYesu, Yakikir’ aban’ agafash’ aboro, Amaboko yawe yagira neza.
Couplet 2
Amaboko yanje ndayaguhaye, akoreshe Yesu, ngw agire neza: Ni nkwigane Mwami, mbe ngukorera, Amaboko yanje ngw agire neza.