#179
Iy’urushe, iy’uremerewe, bibgire Yesu
Ikirundi
Couplet 1
Iy’urushe, iy’uremerewe, bibgire Yesu, bibgire Yesu, iy’ukumbuye bimwe vya kera, bibgire Yesu nyene.
Refrain
Bibgire Yesu, bibgire Yesu, ni We Mukunzi wawe nta wundi wobona hafi yawe bibgire Yesu nyene.
Couplet 2
Ayo marira n’ayo marushwa, bibgire Yesu, bibgire Yesu, har’icaha wari wanyegeje? Bibgire Yesu nyene.
Refrain
Bibgire Yesu, bibgire Yesu, ni We Mukunzi wawe nta wundi wobona hafi yawe bibgire Yesu nyene.
Couplet 3
Uratinya k’urupfu ruzoza? Bibgire Yesu, bibgire Yesu, Iyumvir’ ingene Yes’Azoza, bibgire Yesu nyene.
Refrain
Bibgire Yesu, bibgire Yesu, ni We Mukunzi wawe nta wundi wobona hafi yawe bibgire Yesu nyene.