Indirimbo Zikundwa Open in the app

#133

Ndikorey’ umusaraba, ngukurikire Yesu

Ikirundi

Couplet 1

Ndikorey’ umusaraba, ngukurikire Yesu, ndi ruhebga. ndagayitse, yamar’ uzomber’ itunga.

Refrain

Yesu Mucunguzi wanje, Watanz’ Ubugingo Bgawe, ni Wantabara nzokwama ndakwemangira Mukiza.

Couplet 2

Icubahiro n’ itunga, nivyo namye ndondera, ndabigaye, ndabihevye, ndons’ Itunga ryo mw’Ijuru.

Refrain

Yesu Mucunguzi wanje, Watanz’ Ubugingo Bgawe, ni Wantabara nzokwama ndakwemangira Mukiza.

Couplet 3

Kand’ab’isi ni bampeba Yesu, baraguhevye, bo barahemana gusa: Sik’umez’ Ur’Uw’ Ukuri.

Refrain

Yesu Mucunguzi wanje, Watanz’ Ubugingo Bgawe, ni Wantabara nzokwama ndakwemangira Mukiza.

Couplet 4

Abantu naho bampama, bansunikir’ iy’Uri, ubu bugingo bgo mw’isi reka ndabgihanganire.

Refrain

Yesu Mucunguzi wanje, Watanz’ Ubugingo Bgawe, ni Wantabara nzokwama ndakwemangira Mukiza.

Couplet 5

Noronk’ Urukundo rwawe nta kindi norondera. Ibinnezereza vy’isi sinzobironder’ ukundi.