Indirimbo Zikundwa Open in the app

#92

Ndagushimiye Umwana wankunze

Ikirundi

Couplet 1

Ndagushimiye Umwana wankunze Yankirishij’ urupfu rwiw’ arazuka.

Refrain

Haleluya, ndagushimye, Haleluya, Amen! Haleluya, ndagushimye, Ngwin’ umpembure.

Couplet 2

Yankirishije amaraso yiwe, Nogejwe na yo sinzotsindwa mu manza.

Refrain

Haleluya, ndagushimye, Haleluya, Amen! Haleluya, ndagushimye, Ngwin’ umpembure.

Couplet 3

Nar’ uwo gupfa, Yes’ arancungura, Angira mu gishingo ku musaraba.

Refrain

Haleluya, ndagushimye, Haleluya, Amen! Haleluya, ndagushimye, Ngwin’ umpembure.

Couplet 4

Ngwin’ umpembure, nkuramw’ubukonje, Ng’ umuriro wake mu mutima wanje.