Indirimbo Zikundwa Open in the app

#726

Igihome satani

Umuco 2

Couplet 1

{Igihome satani, yashiraho nk’intambamyi Carasenyuwe kera, n’Uhoraho Imana.} x2

Refrain

Nimuze, yemwe Bana b’Ubwami Duhuze Ivyizigiro n’Ukwizera, tube hamwe; Tubandany’ Urgendo duhimbar’ Umwami. Nimuze, yemwe Mugeni wa Yesu Duhuze umutima n’imvugo tuvug’Imwe Twitegure gusanganir’ Umukw’Ari kw’irembo.

Couplet 2

{Ahari ukudahuza, mw’Ihanga ry’Uhoraho, ubu haj’amahoro, Ubumwe n’urukundo.} x2

Refrain

Nimuze, yemwe Bana b’Ubwami Duhuze Ivyizigiro n’Ukwizera, tube hamwe; Tubandany’ Urgendo duhimbar’ Umwami. Nimuze, yemwe Mugeni wa Yesu Duhuze umutima n’imvugo tuvug’Imwe Twitegure gusanganir’ Umukw’Ari kw’irembo.

Couplet 3

{Ewe mwana w’Imana, aho utsitara n’ibiki, Injira tube hamwe, mu rukundo rw’Umukiza.} x2

Refrain

Nimuze, yemwe Bana b’Ubwami Duhuze Ivyizigiro n’Ukwizera, tube hamwe; Tubandany’ Urgendo duhimbar’ Umwami. Nimuze, yemwe Mugeni wa Yesu Duhuze umutima n’imvugo tuvug’Imwe Twitegure gusanganir’ Umukw’Ari kw’irembo.

Couplet 4

{Isi irakobeje, mugukwegana n’abayo, Nawe mwana w’Imana, iyegerer’ijambo.} x2

Refrain

Nimuze, yemwe Bana b’Ubwami Duhuze Ivyizigiro n’Ukwizera, tube hamwe; Tubandany’ Urgendo duhimbar’ Umwami. Nimuze, yemwe Mugeni wa Yesu Duhuze umutima n’imvugo tuvug’Imwe Twitegure gusanganir’ Umukw’Ari kw’irembo.

Couplet 5

{Amadin’ari yose, kurutonde mu kwiyunga, Bikwiye mwana w’Imana, ko wiyunga n’Ijambo.} x2

Refrain

Nimuze, yemwe Bana b’Ubwami Duhuze Ivyizigiro n’Ukwizera, tube hamwe; Tubandany’ Urgendo duhimbar’ Umwami. Nimuze, yemwe Mugeni wa Yesu Duhuze umutima n’imvugo tuvug’Imwe Twitegure gusanganir’ Umukw’Ari kw’irembo.

Couplet 6

{Umwami Yesu Ushimwe, ko wumva ugusenga, Abana bawe turizeye Vyose uzobishitsa.} x2