Indirimbo Zikundwa Open in the app

#458

Tur’ingabo z’umwami

Umuco 2

Refrain

[Trad.du Sw.,voir Cant. N° 246]

Couplet 1

Tur’ingabo z’Umwami, Dushikame mu Mwami, Nk’abasoda ku rugamba, Kandi twame tugavye.

Refrain

Ijambo ry’Imana ni zo ndya zacu, Dufungura ku Rugamba, N’amasengesho n’ibigwanishwa, Tugwanisha ku Rugamba.

Couplet 2

Akir’ibigwanishwa, ijoro n’umurango, Sab’Umukiza wawe, Ube maso vy’ukuri.

Refrain

Ijambo ry’Imana ni zo ndya zacu, Dufungura ku Rugamba, N’amasengesho n’ibigwanishwa, Tugwanisha ku Rugamba.

Couplet 3

Ko dufise Umwami, We Yanesheje vyose, Na twebwe tuzonesha, kuko Yaranesheje.

Refrain

Ijambo ry’Imana ni zo ndya zacu, Dufungura ku Rugamba, N’amasengesho n’ibigwanishwa, Tugwanisha ku Rugamba.

Couplet 4

Mwene Data mukundwa, Ugir’ukwihangana mu bikugora vyose, Fat’Ijambo ry’Imana.

Refrain

Ijambo ry’Imana ni zo ndya zacu, Dufungura ku Rugamba, N’amasengesho n’ibigwanishwa, Tugwanisha ku Rugamba.

Couplet 5

Umvir’Imana yawe, Wambar’ Ijambo ryayo, Hangana na Satani, na we azoguhunga.