#440
Ni nde amfat’ukuboko, ankiza?
Umuco 2
Refrain
[Trad. du Fr., voir Cant. N° 289]
Couplet 1
Ni nd’Amfat’ ukuboko Ankiza? Ni Yesu Kristo. Ni nd’Angwanirira Urugamba? Ni Yesu Kristo.
Refrain
Yesu Yaravuze, ndizeye, Ko nzogwanir’ ubwiza bwiwe, Kukw’ Inkinzo n’Intsinzi yanje, Ni Yesu Kristo.
Couplet 2
Ngana Data, Inzira yanje, Ni Yesu Kristo. Ndahiriwe kandi Nnezerwa, Na Yesu Kristo.
Refrain
N’aho nohura n’Intambara, Umutima urizigira, Kuko nashiz’ Ivyizigiro, Muri Yesu Kristo.
Couplet 3
Narakijijwe... Ndahimbawe, Mu Mwami Yesu, Mw’isi no mw’Ijur’ Ubugingo, Ni Yesu Kristo.
Refrain
Vuba nzosezer’ ivy’urupfu, Kure yarwo nzokwidugira, Kuba ibihe bidashira, Kwa Yesu Kristo.