Indirimbo Zikundwa Open in the app

#3

Ncuti j’ugendera mu muco

Umuco 1

Couplet 1

Ncuti j’ugendera mu Muco, Woye kuzimagira, Umuco Wera wo mw’Ijuru, Uzokuyobora.

Refrain

{Gendera mu Muco,} x3 Mu Muca waka w’Imana.

Couplet 2

Gendera mu Muco w’ukuri, Umv’Ijambo ry’Imana, Uj’ukuyobora iteka, Ukwizez’Imana.

Refrain

{Gendera mu Muco,} x3 Mu Muca waka w’Imana.

Couplet 3

J’ugendera mu Muc’iteka, Uj’ukumurikira, Maz’utamurur’umwijima, Hose hatangazwe.

Refrain

{Gendera mu Muco,} x3 Mu Muca waka w’Imana.

Couplet 4

Gendera mu Muco mumenye, Urukundo rw’Imana, N’uburyo yakunze abiwe, Akabarokora.

Refrain

{Gendera mu Muco,} x3 Mu Muca waka w’Imana.