#34
b. ND’INGENZI N’AKAVANTA
Izindi
Couplet 1
Nd’ingenzi n’akavantara, mur’iy’isi y’ivyaha; ngiye gushika mw’Ijuru, Abera ni binjira.
Refrain
Abera ni binjira, Abera ni binjira, Mwami ngomba kuba muri bo, Abera ni binjira.
Couplet 2
Ndazi ko nzobon’ Umwami, kuko nzoba mbohowe; Ijuru rizugurugwa, maz’Abera binjire.
Refrain
Abera ni binjira, Abera ni binjira, Mwami ngomba kuba muri bo, Abera ni binjira.
Couplet 3
Dukikij’Intebe y’Ubwami, Amarembo yugawe; nzosemerera mpimbaza, Abera ni binjira.
Refrain
Abera ni binjira, Abera ni binjira, Mwami ngomba kuba muri bo, Abera ni binjira.
Couplet 4
Umukogot’umanutse, nzoca ndawinjiramwo; uzondugana mu bicu, Abera ni binjira.