Indirimbo Zikundwa Open in the app

#322

Ah’umubano mwiza uba haba heza

Ikirundi

Couplet 1

Ah’umubano mwiza uba haba heza, Abakundana bose Baban’ amahoro, Abakundana bose Baban’ amahoro. (2)

Couplet 2

Nk’ukw’ imvur’ iy’ iguye Ihembur’ ibintu Ni k’ Umukam’ agomba kwez’ abakundana. (2)

Couplet 3

Kand’ umubano mwiza Urubak’ urugo, Mu baban’ amahoro No mu bakijijwe. (2)

Couplet 4

Kand’ umuc’ ugakwira Mu bihugu vyose; Bicik’ umukuk’ umwe Umwunger’ ab’ umwe. (2)