#302
Mukiza, Mwungere Mwiza
Ikirundi
Couplet 1
Mukiza, Mwungere Mwiza, Uzigam’ aba bana bawe, Iri joro ube hafi, Ubaramuts’ amahoro.
Couplet 2
Wiriw’ urabaragira, Urakoze wabazigamye. Wabagaburiye neza. Wumve non’ ivyo dusenze.
Couplet 3
Ivyah’ ubibaharire, Uzigam’ abakunzi babo, Maze ni bapf ubajane, Babane nawe mw ijuru.