#217
Mw’isi nd’umushitsi
Ikirundi
Couplet 1
Mw’isi nd’umushitsi, si yo nzohoramwo, nzohava nigira mw’Ijuru kwa Data.
Couplet 2
Kandi nzomusanga ku ntebe y’ubgiza, Na w’azonyakira Mu biganza vyiwe.
Couplet 3
Duheze tubane Na we nnezerewe, Nta kizombabaza, Hariy’ amahoro.
Couplet 4
Name ndamushima, Nikubit’ imbere Y’Imana yankuye Mu rupfu rw’ ivyaha.
Couplet 5
Non’ ubu nihute, Nze nshikeyo vuba, Mve mu mwiza w’ino, Nshik’ ahar’ umuco.