Indirimbo Zikundwa Open in the app

#214

Har’Umurwa mwiza

Ikirundi

Couplet 1

Har’Umurwa mwiza W’ abera b’ Imana Nta gihumanya, Nta gihumanya Kizoja kuri wo.

Couplet 2

Mukiz’ ubu ndaje, Mwana w’ Uhoraho, Nyoz’ untunganye, Nyoz’untunganye Nk’iz’ibibi vyose.

Couplet 3

Mpindur’ubu Mwami Ncik’umwana wawe Unzigamishe Unzigamishe Inkomezi zawe.

Couplet 4

Hanyum’uz’unshitse Mu bera b’iwawe Nsanzwe nd’uwera Nsanzwe nd’ uwera Mur’iyo si nziza.