#165
Imana Yaduhay’ Umwana wayo
Ikirundi
Couplet 1
Imana Yaduhay’ Umwana wayo, (3) N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 2
Mariya yavyariye mu nzu y’inka Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 3
Yesu yasiz’ icubahiro ciwe: N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 4
Yesu yaradupfiriye ku giti: N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 5
Yaviriy’ amaraso yiwe hasi: N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 6
Yabambge ku giti mu kudukiza. N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 7
Yesu yadutey’ akanyamuneza: N’Umukiza wacu.
Refrain
Ego, ego, ego, n’imbabazi (3) N’Umukiza wacu.
Couplet 8
Yes’ azogarukan’ ubgiza bginshi: N Umukiza wacu.