Indirimbo Zikundwa Open in the app

#145

Ni vyiza kugukorera Mukiza wanje

Ikirundi

Couplet 1

Ni vyiza kugukorera Mukiza wanje niryo Shikanwa nshikanye, rirannezera.

Refrain

Akir’ ubugingo bganje, n’ubgawe Yesu; Kandi kubg’ Ubuntu bgawe Undind’Umubi.

Couplet 2

Mwam’ ico nifuza cane n’Ukwera kwawe, nta kindi ngikund’ atari kugukorera.

Refrain

Akir’ ubugingo bganje, n’ubgawe Yesu; Kandi kubg’ Ubuntu bgawe Undind’Umubi.

Couplet 3

Ngomba kugukorera nka za Ntumwa zawe, ngukurikire Mukiza, nkwubahe rwose.

Refrain

Akir’ ubugingo bganje, n’ubgawe Yesu; Kandi kubg’ Ubuntu bgawe Undind’Umubi.

Couplet 4

Singitiny’ umubabaro n’ibindi vyago; Ni Wewe kwizera kwanje, n’ivyiza vyanje.

Refrain

Akir’ ubugingo bganje, n’ubgawe Yesu; Kandi kubg’ Ubuntu bgawe Undind’Umubi.

Couplet 5

Twese tuj’imbere hamwe muri bga Bgiza; Turirimban’ indirimbo, twame tunesha.