Indirimbo Zikundwa Open in the app

#142

Untware Yesu, Mwami Yesu, ng’Unganze

Ikirundi

Couplet 1

Untwar’ Untwar’ Untware Yesu, Mwami Yesu, ng’Unganze, Nsabisha mb’ umushumba wawe, Mwami Yesu, ng’Unganze.

Couplet 2

Ivyaha vyanje vyari vyinshi, Mwami Yesu, ng’Unganze, ariko warabinkuyeko, Mwami Yesu, ng’Unganze.

Couplet 3

Warampay’ Amahoro menshi Mwami Yesu, ng’Unganze, aho wanshika mu mutima, Mwami Yesu, ng’ Unganze.

Couplet 4

Gumana nanj’ imisi yose Mwami Yesu, ng’Unganze, ni tutabana nzoba mpfuye, Mwami Yesu, ng’Unganze.