#24
Nshim’Imana mu mutima
Ikirundi
Couplet 1
Nshima nshima nshima nshim’ Imana mu mutima, mu mutima, Mu mutima, nshima nshima nshima nshim’ Imana mu mutima. Mu mutima wanje.
Couplet 2
Nta rubanza nta ruhanza nciriweko na mba, mu mutima. Mu mutima, Nta rubanza nta rubanza nciriweko na mba, Mu mutima wanje.
Couplet 3
Mfis’ amahor’ arut’ uko yomenywa mu mutima, mu mutima. mu mutima, Mfis’ amahor’ arut’ uko yomenywa mu mutima. Mu mutima wanje.