#233
Yemwe bungeri ba kera
Gushimisha
Couplet 1
Yemwe bungeri ba kera, mutubwir’ibya Yesu, Ibyo mwabonye rya joro, igihe Yavukaga.
Refrain
Shimwa Rurema! Shimwa Rurema, Shimwa, Rurema, Shimwa! Wow’Usumba byose. Shimwa Rurema! Shimwa, Rurema! Shirmwa, Rurema, Shimwa! Amahor’abe mw’isi!
Couplet 2
Twar’aho turaririye umukumbi n’ijoro. Maze, tugubwa gitumo n’urangurur’ aty’ati:
Refrain
Shimwa Rurema! Shimwa Rurema, Shimwa, Rurema, Shimwa! Wow’Usumba byose. Shimwa Rurema! Shimwa, Rurema! Shirmwa, Rurema, Shimwa! Amahor’abe mw’isi!
Couplet 3
Marayik’aratubwira, at’i Betelehemu habavukiy’ Umukiza: Ni We Mwami Krisito!
Refrain
Shimwa Rurema! Shimwa Rurema, Shimwa, Rurema, Shimwa! Wow’Usumba byose. Shimwa Rurema! Shimwa, Rurema! Shirmwa, Rurema, Shimwa! Amahor’abe mw’isi!
Couplet 4
Uwo mwanya, haz’umutwe w’Ingabo zo mw’Ijuru, zigoswe n’Umucyo mwinshi; Zirasingiza ziti:
Refrain
Shimwa Rurema! Shimwa Rurema, Shimwa, Rurema, Shimwa! Wow’Usumba byose. Shimwa Rurema! Shimwa, Rurema! Shirmwa, Rurema, Shimwa! Amahor’abe mw’isi!
Couplet 5
Natwe turahaguruka, Tujy’i Betelehemu, dusangayo rwa Ruhinja, ni ko kurushima, ngo:
Refrain
Shimwa Rurema! Shimwa Rurema, Shimwa, Rurema, Shimwa! Wow’Usumba byose. Shimwa Rurema! Shimwa, Rurema! Shirmwa, Rurema, Shimwa! Amahor’abe mw’isi!
Couplet 6
Bungeri turabashimye; Byose turabyumyise. Tujye kumusanga natwe, tumusingize tuti: