#206
Har’uwitwa Danyeli: yar’Intwari pe!
Gushimisha
Couplet 1
Har’uwitwa Danyeli: yar’Intwari pe! Ntiyakangwaga n’abanz’asenga Imana ye.
Refrain
Tinyuka, mugenzi ba nka Danyeli! Itange ku Mwami wawe, ntumwihakane.
Couplet 2
Ub’intwari ya Yesu niy’Ukuri kwe. Bakubare no mu mutwe wa Daniyel’uwo!
Refrain
Tinyuka, mugenzi ba nka Danyeli! Itange ku Mwami wawe, ntumwihakane.
Couplet 3
Bamwe bo mu Ntore ze baraneshejwe. Kuko batihaze rwose nka Danyel’uwo!
Refrain
Tinyuka, mugenzi ba nka Danyeli! Itange ku Mwami wawe, ntumwihakane.
Couplet 4
Dor’Umwanzi Satan’ agaby’ ingabo ze! ziraneshwa zihuye na ba Danyel’uwo!
Refrain
Tinyuka, mugenzi ba nka Danyeli! Itange ku Mwami wawe, ntumwihakane.
Couplet 5
Nuko rer’ushikame kand’ utambuke! Umv’ impundu ziravuza ba Danyel’uwo!